Ikiza gishasha Mu burundi🇧🇮??

Mu mukiringo c'indwi imwe hagize Imisi humvikana indwara  yateye mu gihugu y'Uburundi ifata  nk'Inkorora(la toux) nibicurane( grippe) izo ngwara 2 zose ziza zifatanye ,hagati aho umuntu uribaza nyimba ari ikiza ca Corona (corona virus )cagarutse .Ivyo biriko biraba mugihe ubushikirangaji bujejwe amagara y'Abantu mugihugu y'Uburundi batarapfa my gacerere ngo bagire ico navuze kubiriko biraba.twovuga ko ata makuru bafise yibiriko biraba ?

Gumana na #TheReal 24/7

Comments

Popular posts from this blog

Intwari y'akarorero mu Burundi 🇧🇮