Posts

Showing posts from December, 2023

Burundi's former prime minister Alain Guillaume Bunyoni was sentenced to life imprisonment

Image
The supreme Court of Burundi has sentenced Alain Guillaume Bunyoni, former Prime Minister of that country, to life imprisonment  Police colonel Désiré Uwamahoro the intelligence department officer Samuel Destiné Bafumukeko were also sentenced to 15 years in prison.  the court also ordered that all the treasures of Bunyoni must be taken and placed in the hands of the State of Burundi . Alain Guillaume  bunyoni is charged  of tempting to assassinate  the president of Burundi Evariste  ndayishimiye ,owning  unjustified treasure,funding group rebels  to help  him make a coup .

Umutekano.Igisirikare c'Uburundi kirahakana ko ata bagwanyi baco bari gukwana numugwi 23 mur repubrika iharanira demukarasi ya congo

Image
  Intwaro Ya Evariste Ndayishimiye irangwa n'ikinyoma mu bisata  vyose vy'igihugu tutibagiye no mu gisirikare c'uburundi .Turibaza duti abasirikare B'Uburundi bariko basesa amaraso kubw'Igihugu ca RD Congo  bariko baziriki?Ko na leta y'Uburundi yabarungitse iriko irabihakana mukubambika ibara ko batorotse mubirindiro barimwo bakaja  kwifatanya nimigwi igwana. Turashaka gukebura #Evariste ndayishimiye tumwibutsa ko abarundi atari abana kandi bazi ukuri. 🔴 —Igisirikare c'Uburundi kirahakana ko ata basirikare baco bari mu ntambara za M23 muri Nord Kivu Nk'uko biri mw'itangazo ryaciye ku rubuga rwa X rw'ibiro bikuru vy'intwaramiheto FDNB, ngo uwitwa Bertrand Bisimwe arongoye umuhari w'abarwanyi M23 ngo ariko arambika ibara igisirikare c'Uburundi aho acagiriza kwivanga mu ntambara zihuza M23 n'abasirikarw ba RDC. Mw'itangazo Bertrand Bisimwe yanditse, yavuze ko hari bamwe mu ngabo z'Uburundi ziri mu butumwa bw...

Rwandan superstar Bwiza Emelance was signed in extraordinary music label

Image
Born on 09 August 1999,Bwiza Emelance ,A Rwandan singer  known as Bwiza has just taken an important step in her career by signing with the giant American producer Empire.  With this partnership, Bwiza joins world-renowned stars like 50 Cent, Fat Joe, Snoop Dog, Asake, Tyga, Wizkid, Burna Boy, Kizz Daniel and Olamide.

#breaking news .Mu Burundi Inama nshingamateka Yemeje abagize umugwi CENI ujejwe amatora

Image
 Inama nkenguzamateka y'Uburundi yemeje abagiye kugira umugwi ujejwe gutegura amatora (CENI) bashasha. Urutonde rw'abagize uwo mugwi bose n'uru: 1. Prosper Ntahorwamiye 2. Nahimana Victoire 3. Bizumuremyi Odette 4. Nyandwi Sylvestre 5. Bizimana Francois 6. Ndayiragije Leonidas 7. Bugaga Gabby   Si ubwa mbere Prosper Ntahorwamiye agiye muri uwo mugwi kuko yigeze kumara imyaka irenga cumi ari umuvugizi wa CENI Mwomenya kandi ko prosper Ntahogwamiye asanzwe ari numuvugizi wa leta y'Uburundi

who are #Tutsi ,Abatutsi ,watusi?

Image
 THE TUTSI TRIBE OF RWANDA 🇷🇼  AND BURUNDI 🇧🇮 OF EAST AFRICAN REGION!!!! The Abatutsi, or Tutsi are an ethnic group of the African Great Lakes region. They are a Bantu-speaking ethnic group and the second largest of three main ethnic groups in Rwanda and Burundi. They speak Kinyarwanda, Kirundi, and, Swahili languages. Tutsi, also called Batusi, Tussi, Watusi, or Watutsi, ethnic group of probable Nilotic origin, whose members live within Rwanda and Burundi They defined "Tutsi" as anyone owning more than ten cows (a sign of wealth) or with the physical features of a longer thin nose, high cheekbones, and many of them being over six feet tall and slim  all of which are common descriptions associated with the Tutsi. Rwanda 🇷🇼  the 'Land of a Thousand Hills' and Burundi 🇧🇮Heart of Africa are countries located in East part of Africa Tutsi people have been persecuted for so long in both Rwanda and burundi .we all remember that tutsi were massacred  by Hutu peo...

Igihugu ca Australia gikomeje gukemura bimwe mubibazo bijanye nigifungo cabimukira batagira ivyangombwa nafunzwe hadakwirikije amategeko y'ibwirizwa nshingiro

 I Sydney  Igifungo cya burundu, nta nubwo cyigeze kiburanishwa, ni cyo cyateganijwe mu myaka irenga makumyabiri ku bantu badafite ibyangombwa muri Ositaraliya.  Urukiko Rukuru rumaze guhindura byinshi kuri iyi ngingo.  Mu rubanza rwaciwe vuba aha, rwemeje ko ifungwa ry’ubutegetsi, ritagira imipaka ku bijyanye n’abimukira badafite ibyangombwa badashobora koherezwa mu mahanga (kubera ko bungukirwa n’impunzi, cyangwa kubera ko badafite ubwenegihugu), binyuranyije n’amategeko.  Kubera iyo mpamvu, abantu 92, bamwe muri bo bakaba bari bamaze imyaka irenga cumi n'itatu bafunzwe, bahise barekurwa, biteganijwe ko abandi barenga 300 bazakurikira vuba.  Umunyamategeko Alison Battisson, umuryango we uharanira uburenganzira bwa muntu kuri bose, uburanira makumyabiri muri bo agira ati: "Iri ni ryo terambere ry’ingenzi mu ifungwa ry’abinjira n’abinjira muri Ositaraliya mu myaka makumyabiri."

umushingamateka Oliver ni muntu ki?

Image
 #Agapapu   🔴 Umushingamateka Olivier Suguru yoba ariwe yimirije gufatwa n'agapapu ? "Politike y'agapapu" ni ijambo duherutse kwigishwa n'umwe mu bazi neza ubutegetsi bwa CNDD-FDD. Niwe yavuze ingene muri ubwo butegetsi bareka umuntu agatunga cane, kenshi biciye mu manyanga, hanyuma igihe kigeze bakamupapura bwa butunzi babanje kumupfunga bakamurekura atanze amamiliyaridi atawuzi iyo aca ajanwa. Bamwe mu bakunze gukorwako n'iyo politike ni "abarwizatunga" bashigikiwe n'ibihangange bagiye barahabwa amasoko adatahuritse ya Leta. Uwavuba aherutse gufatwa n'agapapu ni umudandaza Sylvestre Niyonsaba, yari yafashwe inyuma gato ya bendahamwe wiwe Dieudonné Murengerantwari, none aherutse kurekurwa vy'agateganyo atanze amamiliyaridi. Uwundi benshi bibuka ni umudandaza Prosper Hakizimana batazira Gisiga. Ingorane y'agapapu nuko n'iyo umaze gutanga ayo mahera, usubira ugafatwa bakakwaka ayandi. 🔴 Olivier Suguru ariko aravugwa mu busuma bw...

Ikiza gishasha Mu burundi🇧🇮??

Mu mukiringo c'indwi imwe hagize Imisi humvikana indwara  yateye mu gihugu y'Uburundi ifata  nk'Inkorora(la toux) nibicurane( grippe) izo ngwara 2 zose ziza zifatanye ,hagati aho umuntu uribaza nyimba ari ikiza ca Corona (corona virus )cagarutse .Ivyo biriko biraba mugihe ubushikirangaji bujejwe amagara y'Abantu mugihugu y'Uburundi batarapfa my gacerere ngo bagire ico navuze kubiriko biraba.twovuga ko ata makuru bafise yibiriko biraba ? Gumana na #TheReal 24/7

Italy needs of more non EU worker to fill up more 600000 position.

  done to make sure that companies are able to tap into foreign workers. Angelica Donati The director of European policies at Coldiretti, Luigi Pio Scordamaglia, also commented on the matter, saying that all sectors in Italy, without exception, are facing a shortage of workers. Scordamaglia also said that they support the increase in legal migrant workers, as by getting more foreign workers businesses can prove that they can manage larger-scale migration.

Intwari y'akarorero mu Burundi 🇧🇮

 Intwari Jeanne Gapiya.  Ntitwibagire urugamba rwo kurwanya SIDA, iracariho ! Ejo haheze (01.12.2023), wari umusi mpuzamukungu wo kurwanya ikiza ca SIDA. Mu gihe ca none, SIDA ntivugwa nkuko vyari bimeze twebwe tukiri bato. Urwaruka rw'uno musi ntirubwirwa kwirinda SIDA nkuko vyavugwa mu gihe cacu tukiri imiyabaga. Ariko ibiharuro vyerekana ko 60% y'abandura SIDA muri kino gihe ari abakiri bato. Kuri uno mugoroba, ndipfuza gusangiza abakiri bato inkuru y'iyi ntwari Uburundi bwibarutse. Umupfasoni Jeanne Gapiya yabaye imboneza mu rugamba rwo kurwanya SIDA mu Burundi. SIDA mu myaka ya za 1980... SIDA ni ingwara yadutse mu mpera ya 1970. Mu 1981 niho abaganga bo muri Leta zunze Ubumwe z'Amerika batangura kwiga ibijanye n'ingwara babona canecane ku bahuza ibitsina babisangiye. Mu ntango bayita 'kanseri y'abatinganyi" (Gay Cancer). Ariko mu 1982 abahinga bahavuye bamenya ko iyo ngwata ifata bose, ica ihabwa izina rya AIDS muri Amerika ari ryo zina ryahinduwe...