#breaking news .Mu Burundi Inama nshingamateka Yemeje abagize umugwi CENI ujejwe amatora
Inama nkenguzamateka y'Uburundi yemeje abagiye kugira umugwi ujejwe gutegura amatora (CENI) bashasha.
Urutonde rw'abagize uwo mugwi bose n'uru:
1. Prosper Ntahorwamiye
2. Nahimana Victoire
3. Bizumuremyi Odette
4. Nyandwi Sylvestre
5. Bizimana Francois
6. Ndayiragije Leonidas
7. Bugaga Gabby
Si ubwa mbere Prosper Ntahorwamiye agiye muri uwo mugwi kuko yigeze kumara imyaka irenga cumi ari umuvugizi wa CENI
Mwomenya kandi ko prosper Ntahogwamiye asanzwe ari numuvugizi wa leta y'Uburundi
Comments
Post a Comment